Yohani 11:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Ku bw’ivyo rero, Yezu ntiyasubira kugendagenda ku mugaragaro+ mu Bayuda+, mugabo ava ng’aho aja mu gihugu co hafi y’agahinga, mu gisagara citwa Efurayimu+, agumana ng’aho n’abigishwa biwe.
54 Ku bw’ivyo rero, Yezu ntiyasubira kugendagenda ku mugaragaro+ mu Bayuda+, mugabo ava ng’aho aja mu gihugu co hafi y’agahinga, mu gisagara citwa Efurayimu+, agumana ng’aho n’abigishwa biwe.