1 Abami 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.
4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.