Yosuwa 15:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 na Keyila+ na Akizibu+ na Maresha+; ibisagara icenda n’imihana irundanye ibikukira. Mika 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzokuzanira umunyazi+, ewe mugore uba i Maresha+! Ubuninahazwa bwa Isirayeli buzoshika i Adulamu+.
15 Nzokuzanira umunyazi+, ewe mugore uba i Maresha+! Ubuninahazwa bwa Isirayeli buzoshika i Adulamu+.