2 Ngoma 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Yehoshafati n’abantu biwe baza gusahura isahu+ ryabo; baronka muri bo ibintu n’ivyambarwa n’ibintu bihimbaye, vyinshi; batangura kubambura ivyo bitwarira gushika aho badashobora gutwara ikindi kintu na kimwe+. Bamara imisi itatu basahura nya sahu, kuko ryari ryinshi. Zaburi 68:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbere n’abami b’ingabo barahunga, emwe, bagahunga+.Nayo umugore yibera i muhira, araronka kw’isahu+.
25 Nuko Yehoshafati n’abantu biwe baza gusahura isahu+ ryabo; baronka muri bo ibintu n’ivyambarwa n’ibintu bihimbaye, vyinshi; batangura kubambura ivyo bitwarira gushika aho badashobora gutwara ikindi kintu na kimwe+. Bamara imisi itatu basahura nya sahu, kuko ryari ryinshi.
12 Mbere n’abami b’ingabo barahunga, emwe, bagahunga+.Nayo umugore yibera i muhira, araronka kw’isahu+.