1 Ngoma 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Banyaga ibitungwa vyabo+: ingamiya zabo ibihumbi mirongo itanu, n’intama ibihumbi amajana abiri na mirongo itanu, n’indogobwa ibihumbi bibiri, bagira n’imbohe abantu ibihumbi ijana+.
21 Banyaga ibitungwa vyabo+: ingamiya zabo ibihumbi mirongo itanu, n’intama ibihumbi amajana abiri na mirongo itanu, n’indogobwa ibihumbi bibiri, bagira n’imbohe abantu ibihumbi ijana+.