Gusubira mu vyagezwe 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+. Zaburi 106:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Yarabona amarushwa yabo+Igihe yumva akamo kabo k’ukwinginga+. Abaroma 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 amakuba n’amarushwa, ku buzima bw’umuntu wese akora ikibi, ubwa mbere ku bw’Umuyuda+ hanyuma no ku bw’Umugiriki+;
30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+.
9 amakuba n’amarushwa, ku buzima bw’umuntu wese akora ikibi, ubwa mbere ku bw’Umuyuda+ hanyuma no ku bw’Umugiriki+;