Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+. 2 Abami 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Hezekiya abwira Yesaya ati: “Ni ikimenyetso+ ikihe c’uko Yehova azonkiza be n’uko ku musi ugira gatatu nzoduga ata gukeka ku nzu ya Yehova?” Zaburi 103:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+,
39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.
8 Maze Hezekiya abwira Yesaya ati: “Ni ikimenyetso+ ikihe c’uko Yehova azonkiza be n’uko ku musi ugira gatatu nzoduga ata gukeka ku nzu ya Yehova?”