1 Abami 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 nanje rero nzoshinga koko intebe y’ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero, nk’uko nyene nasezeraniye Dawidi so nti: ‘Ntihazobura umugabo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’ Zaburi 132:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abana bawe nibagumya isezerano ryanje+Be n’ivyibutsa vyanje nzobigisha+,N’abana babo nyene, ibihe bidahera+Bazokwicara ku ntebe yawe y’ubwami+.”
5 nanje rero nzoshinga koko intebe y’ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero, nk’uko nyene nasezeraniye Dawidi so nti: ‘Ntihazobura umugabo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’
12 Abana bawe nibagumya isezerano ryanje+Be n’ivyibutsa vyanje nzobigisha+,N’abana babo nyene, ibihe bidahera+Bazokwicara ku ntebe yawe y’ubwami+.”