ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ariko abantu b’imburakimazi+ bavuga bati: “Mbega uyu azodukiza gute+?” Nuko baramusuzugura+, ntibamuzanira ingabirano+. Mugabo we abandanya kumera nk’ikiragi+.

  • 1 Abami 10:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Barazana umwe wese ingabirano yiwe+: ibintu vy’ifeza+ n’ibintu vy’inzahabu n’impuzu n’ibirwanisho+ n’amavuta y’umusomozo, amafarasi n’inyumpu+, ivyo bakabwirizwa kubigira buri mwaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika