Gusubira mu vyagezwe 31:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 igihe Isirayeli yose izoza kuraba mu maso ha Yehova+ Imana yawe ahantu azotora+, uzosomera iri tegeko imbere ya Isirayeli yose, bose bumva+. Yosuwa 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+. 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
11 igihe Isirayeli yose izoza kuraba mu maso ha Yehova+ Imana yawe ahantu azotora+, uzosomera iri tegeko imbere ya Isirayeli yose, bose bumva+.
8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+.
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,