Itanguriro 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo baragenda, maze Imana ica ivutu ibisagara vyari hirya no hino yabo+, ku buryo batoma inyuma bene Yakobo. Gusubira mu vyagezwe 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nta muntu n’umwe azohagarara ashikamye imbere yanyu+. Yehova Imana yanyu azotuma igihugu cose muzohonyozako ikirenge kibagirira ubwoba, kibatinye+, nk’uko nyene yabasezeraniye.
5 Inyuma y’ivyo baragenda, maze Imana ica ivutu ibisagara vyari hirya no hino yabo+, ku buryo batoma inyuma bene Yakobo.
25 Nta muntu n’umwe azohagarara ashikamye imbere yanyu+. Yehova Imana yanyu azotuma igihugu cose muzohonyozako ikirenge kibagirira ubwoba, kibatinye+, nk’uko nyene yabasezeraniye.