2 Ngoma 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 uretse ivyazanwa n’abagabo b’ingenzi n’abacuruza+, n’ivyava ku bami bose b’Abarabu+ no kuri ba buramatari b’igihugu, abazanira Salomo inzahabu n’ifeza.
14 uretse ivyazanwa n’abagabo b’ingenzi n’abacuruza+, n’ivyava ku bami bose b’Abarabu+ no kuri ba buramatari b’igihugu, abazanira Salomo inzahabu n’ifeza.