2 Abami 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo Mesha+ umwami wa Mowabu, aba umworozi w’intama, kandi yarariha umwami wa Isirayeli imyagazi y’intama ibihumbi ijana n’amasuguru y’intama adakemuye ibihumbi ijana.
4 Nayo Mesha+ umwami wa Mowabu, aba umworozi w’intama, kandi yarariha umwami wa Isirayeli imyagazi y’intama ibihumbi ijana n’amasuguru y’intama adakemuye ibihumbi ijana.