2 Ngoma 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma yubaka muri Yuda ibisagara bikingijwe ibihome+, kuko igihugu kitagira ikigihungabanya; ntihaba intambara yo kumurwanya muri iyo myaka, kuko Yehova yamuhaye akaruhuko+.
6 Hanyuma yubaka muri Yuda ibisagara bikingijwe ibihome+, kuko igihugu kitagira ikigihungabanya; ntihaba intambara yo kumurwanya muri iyo myaka, kuko Yehova yamuhaye akaruhuko+.