ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Abiya aja mu ntambara ari kumwe n’inteko za gisirikare zigizwe n’abagabo b’abanyenkomezi ibihumbi amajana ane, abagabo b’abarwanyi+ b’abahizi. Nuko Yerobowamu atonda urugamba ngo amurwanye, ari kumwe n’abagabo b’abahizi ibihumbi amajana umunani, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi+.

  • 2 Ngoma 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Asa agira inteko za gisirikare zitwara inkinzo zagutse+ n’amacumu+, abagabo ibihumbi amajana atatu bo muri Yuda+. Muri Benyamini na ho, abatwara udukinzo bakongera bagafora umuheto+ bari ibihumbi amajana abiri na mirongo umunani+. Abo bose bari abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika