1 Abami 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Yehova avuga ati: ‘Ni nde aza guhenda Ahabu, kugira ngo aduge hanyuma agwe i Ramoti-gileyadi?’ Umwe atangura kuvuga uku, uwundi na we akavuga kuriya+. Imigani 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibikomere bitewe n’umukunzi ni ivyizigirwa+, mugabo gusomagurwa n’umwankanyi ni ivyo gusaba winginga+.
20 Maze Yehova avuga ati: ‘Ni nde aza guhenda Ahabu, kugira ngo aduge hanyuma agwe i Ramoti-gileyadi?’ Umwe atangura kuvuga uku, uwundi na we akavuga kuriya+.
6 Ibikomere bitewe n’umukunzi ni ivyizigirwa+, mugabo gusomagurwa n’umwankanyi ni ivyo gusaba winginga+.