2 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gusiguza Yehova+ ati: “Nduge muri kimwe mu bisagara vya Yuda?” Yehova aca amubwira ati: “Duga.” Dawidi yongera kuvuga ati: “Nduge hehe?” Na we ati: “I Heburoni+.” 1 Abami 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ariko Yehoshafati abwira umwami wa Isirayeli ati: “Ndakwinginze ubanze ubaze+ ijambo rya Yehova.” 2 Ngoma 34:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo umwami wa Yuda abatumye gusiguza Yehova, mumubwire muti: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze+: ‘Ku bijanye n’amajambo+ wumvise, Imigani 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wizigire Yehova n’umutima wawe+ wose kandi ntiwishimikize ubwenge bwawe bwite+.
2 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gusiguza Yehova+ ati: “Nduge muri kimwe mu bisagara vya Yuda?” Yehova aca amubwira ati: “Duga.” Dawidi yongera kuvuga ati: “Nduge hehe?” Na we ati: “I Heburoni+.”
26 Nayo umwami wa Yuda abatumye gusiguza Yehova, mumubwire muti: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze+: ‘Ku bijanye n’amajambo+ wumvise,