2 Abami 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehoshafati aca avuga+ ati: “Mbega nta muhanuzi wa Yehova ari ng’aha+? Dusiguze Yehova rero biciye kuri we+.” Nuko umwe mu basuku b’umwami wa Isirayeli yishura ati: “Ng’aha hariho Elisha+ mwene Shafati, uwasuka amazi ku maboko ya Eliya+.”
11 Yehoshafati aca avuga+ ati: “Mbega nta muhanuzi wa Yehova ari ng’aha+? Dusiguze Yehova rero biciye kuri we+.” Nuko umwe mu basuku b’umwami wa Isirayeli yishura ati: “Ng’aha hariho Elisha+ mwene Shafati, uwasuka amazi ku maboko ya Eliya+.”