ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mu mwaka wa mbere wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi+, kugira ngo ijambo rya Yehova+ ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+ riranguke, Yehova akabura impwemu+ ya Kuro umwami w’Ubuperesi, ku buryo ategeka ko haterwa akamo mu bwami bwiwe bwose, bigashirwa no mu nyandiko+, ngo:

  • Yesaya 45:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Ibi ni vyo Yehova abwiye uwo yarobanuje amavuta+, Kuro, uwo mfashe ukuryo+, ngo ntume amahanga ayoboka imbere yiwe+, kugira ngo nkenyurure amafyinga y’abami; ngo nugurure imbere yiwe ya miryango y’inzugi zibirizibiri, ku buryo n’amarembo atazokwugarwa:

  • Daniyeli 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu mwaka ugira gatatu wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi, hari ikintu cahishuriwe Daniyeli, ari we yitwa Beluteshazari+; ico kintu cari ic’ukuri, kandi haba igikorwa gikomeye ca gisirikare+. Ico kintu aragitahura, aratahura ico abonye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika