-
2 Ngoma 2:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Kandi ehe abasuku bawe, abegeranya ibiti, abicira ibiti, ndabahaye ingano ngo zibabere ibifungurwa, zingana n’ingero za koro ibihumbi mirongo ibiri+, na sayiri* ingana n’ingero za koro ibihumbi mirongo ibiri, n’umuvinyu+ ungana n’ingero za bati* ibihumbi mirongo ibiri, be n’amavuta angana n’ingero za bati ibihumbi mirongo ibiri.”
-