1 Mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo umwami+, mu kwezi kugira gatandatu, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, biciye kuri Hagayi+ ijambo rya Yehova riza kuri Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+, buramatari wa Yuda+, no kuri Yosuwa+ mwene Yehozadaki+ umuherezi mukuru, riti: