Zaburi 103:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova ni ubwo kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+Ku bamutinya+,Ubugororotsi bwiwe na bwo bugashika ku bana b’abana babo+, Luka 1:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 kandi uko amayaruka agenda arakurikirana, imbabazi ziwe ziba ku bamutinya+.
17 Mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova ni ubwo kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+Ku bamutinya+,Ubugororotsi bwiwe na bwo bugashika ku bana b’abana babo+, Luka 1:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 kandi uko amayaruka agenda arakurikirana, imbabazi ziwe ziba ku bamutinya+.