Zakariya 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Amaboko ya Zerubabeli ni yo yashinze umushinge w’iyi nzu+, kandi amaboko yiwe bwite ni yo azoyisozera+. Uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri mwebwe+.
9 “Amaboko ya Zerubabeli ni yo yashinze umushinge w’iyi nzu+, kandi amaboko yiwe bwite ni yo azoyisozera+. Uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri mwebwe+.