Zakariya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko anyereka Yosuwa+ umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova, na Shetani+ ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye+.
3 Nuko anyereka Yosuwa+ umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova, na Shetani+ ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye+.