Yeremiya 52:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.
3 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.