Ezira 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+. Ezira 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Twarabajije rero abo bagabo b’inararibonye. Ibi ni vyo twababwiye: ‘Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyo nzu no kurangiza ico kintu cubakishijwe ibigiga+?’
3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.
9 Twarabajije rero abo bagabo b’inararibonye. Ibi ni vyo twababwiye: ‘Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyo nzu no kurangiza ico kintu cubakishijwe ibigiga+?’