Ezira 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umwami arungikira inyishu Rehumu+ umukuru w’abakozi b’intwaro, na Shimushayi umwanditsi, na bagenzi babo basigaye+ baba i Samariya, n’abasigaye bo hakurya ya rwa Ruzi, ati: “Ndabaramukije+! Nuko rero Daniyeli 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nebukadinezari umwami, ku bisata vyose vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi biba mw’isi yose+: Amahoro yanyu agwire+.
17 Umwami arungikira inyishu Rehumu+ umukuru w’abakozi b’intwaro, na Shimushayi umwanditsi, na bagenzi babo basigaye+ baba i Samariya, n’abasigaye bo hakurya ya rwa Ruzi, ati: “Ndabaramukije+! Nuko rero
4 “Nebukadinezari umwami, ku bisata vyose vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi biba mw’isi yose+: Amahoro yanyu agwire+.