14 Maze Yehova akabura impwemu+ ya Zerubabeli mwene Sheyalutiyeli, buramatari wa Yuda, n’impwemu ya Yosuwa+ mwene Yehozadaki umuherezi mukuru, be n’impwemu y’amasigarira yose y’ico gisata; nuko batangura kwinjira no gukora igikorwa mu nzu ya Yehova nyen’ingabo Imana yabo+.