ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mu mwaka wa mbere wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi+, kugira ngo ijambo rya Yehova+ ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+ riranguke, Yehova akabura impwemu+ ya Kuro umwami w’Ubuperesi, ku buryo ategeka ko haterwa akamo mu bwami bwiwe bwose, bigashirwa no mu nyandiko+, ngo:

  • Ezira 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.

  • Ezira 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Mu mwaka wa mbere wa Kuro umwami+, Kuro umwami yaratanze itegeko ryerekeye inzu y’Imana i Yeruzalemu: Iyo nzu nisubire kwubakwa ibe ahantu bashikanira ibimazi+, kandi imishinge yayo ishimangirwe; amahagarara yayo azobe amatambwe* mirongo itandatu, ubwaguke bwayo na bwo bube amatambwe mirongo itandatu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika