Esiteri 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Nuko mu misi ya Ahasuwerusi, ni ukuvuga umwe Ahasuwerusi+ yaganza kuva mu Buhindi gushika muri Etiyopiya, akaganza intara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+, Daniyeli 5:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “PERESI: Ubwami bwawe bwagabuwe buhabwa Abamedi n’Abaperesi+.”
1 Nuko mu misi ya Ahasuwerusi, ni ukuvuga umwe Ahasuwerusi+ yaganza kuva mu Buhindi gushika muri Etiyopiya, akaganza intara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+,