Ivyakozwe 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.” Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”