Abalewi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kandi nimba ishikanwa atanga ngo ribe ishikanwa riturirwa ari irivuye mu mukuku+, mu mpfizi z’intama z’imikangara canke mu mpene, ikigabo+ kitagira agahonzi, ni co azoshikiriza+. Abalewi 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze abwira Aroni ati: “Itorere inyana ikiri nto y’ishikanwa ry’igicumuro+ n’impfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa+ bitagira agahonzi, uzishikirize imbere ya Yehova+.
10 “‘Kandi nimba ishikanwa atanga ngo ribe ishikanwa riturirwa ari irivuye mu mukuku+, mu mpfizi z’intama z’imikangara canke mu mpene, ikigabo+ kitagira agahonzi, ni co azoshikiriza+.
2 Maze abwira Aroni ati: “Itorere inyana ikiri nto y’ishikanwa ry’igicumuro+ n’impfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa+ bitagira agahonzi, uzishikirize imbere ya Yehova+.