Guharura 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+. Guharura 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muze muhereze ibi bwa shikanwa riturirwa riba akamoto karuhura kuri Yehova: ikimasa kimwe, impfizi y’intama imwe, imyagazi y’intama y’amasuguru indwi umwe wose umaze umwaka, bibe ibitagira akanenge+;
3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.
2 Muze muhereze ibi bwa shikanwa riturirwa riba akamoto karuhura kuri Yehova: ikimasa kimwe, impfizi y’intama imwe, imyagazi y’intama y’amasuguru indwi umwe wose umaze umwaka, bibe ibitagira akanenge+;