Kuvayo 29:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+. Guharura 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.
38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+.
3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.