Kuvayo 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uze unkorere igicaniro c’ivu+, kandi uze ugishikanireko amashikanwa yawe aturirwa be n’ibimazi vyawe vy’ugusangira, umukuku wawe n’ubusho bwawe+. Aho nzotuma izina ryanje ryibukwa hose, nzoza kuri wewe kandi sinzobura kuguhezagira+. Gusubira mu vyagezwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+. 2 Ngoma 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+. Zaburi 132:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Aha ni ho hantu hanje h’ukuruhukira ibihe bidahera+;Aha ni ho nzoba, kuko nahacambiwe+.
24 Uze unkorere igicaniro c’ivu+, kandi uze ugishikanireko amashikanwa yawe aturirwa be n’ibimazi vyawe vy’ugusangira, umukuku wawe n’ubusho bwawe+. Aho nzotuma izina ryanje ryibukwa hose, nzoza kuri wewe kandi sinzobura kuguhezagira+.
5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+.
16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+.