ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ibikoresho vyose vy’inzahabu n’ivy’ifeza vyari ibihumbi bitanu n’amajana ane. Vyose Sheshibazari+ arabidugana, igihe abari barajanywe ari inyagano+ baduganwa i Yeruzalemu bakuwe i Babiloni.

  • Nehemiya 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 abashitse bari kumwe na Zerubabeli+ na Yeshuwa+ na Nehemiya na Azariya na Rayamiya na Nahamani na Morudekayi+ na Bilishani na Misipereti na Bigivayi na Nehumu na Bayana.

      Igitigiri c’abagabo bo mu gisata ca Isirayeli cari iki:

  • Hagayi 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo umwami+, mu kwezi kugira gatandatu, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, biciye kuri Hagayi+ ijambo rya Yehova riza kuri Zerubabeli+ mwene Sheyalutiyeli+, buramatari wa Yuda+, no kuri Yosuwa+ mwene Yehozadaki+ umuherezi mukuru, riti:

  • Hagayi 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze Yehova akabura impwemu+ ya Zerubabeli mwene Sheyalutiyeli, buramatari wa Yuda, n’impwemu ya Yosuwa+ mwene Yehozadaki umuherezi mukuru, be n’impwemu y’amasigarira yose y’ico gisata; nuko batangura kwinjira no gukora igikorwa mu nzu ya Yehova nyen’ingabo Imana yabo+.

  • Hagayi 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Bwira Zerubabeli buramatari wa Yuda+ uti: ‘Ngira ntigitishe amajuru n’isi+.

  • Matayo 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Inyuma y’ukwambukanwa i Babiloni, Yekoniya yavyaye Sheyalutiyeli+;

      Sheyalutiyeli avyara Zerubabeli+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika