Zakariya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwezi kugira cumi na rimwe, ari kwo kwezi kwa Shebati, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+, ijambo rya Yehova riza kuri Zekariya+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido+, umuhanuzi, riti:
7 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwezi kugira cumi na rimwe, ari kwo kwezi kwa Shebati, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+, ijambo rya Yehova riza kuri Zekariya+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido+, umuhanuzi, riti: