ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yohanani na we avyara Azariya+. Uno ni we yakora ari umuherezi muri ya nzu Salomo yubaka i Yeruzalemu.

  • 2 Ngoma 31:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze Azariya+ umukuru w’abaherezi wo mu nzu ya Zadoki+ aramubwira, egome, avuga ati: “Kuva igihe batanguriye kuzana intererano+ mu nzu ya Yehova abantu bagiye bararya bagahaga+, hakagira n’ibisaguka vyinshi+; kuko Yehova yahezagiye abantu biwe+, kandi uwu mukimba wose ni ivyasigaye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika