Ezira 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko, hisunzwe ukuboko kwiza+ kw’Imana yacu kwari kuri twebwe, batuzanira umugabo yiyubara+ wo muri bene Mahili+ umwuzukuru wa Lewi+ mwene Isirayeli, ari we Sherebiya+ n’abahungu biwe na bene wabo, bagera kuri cumi n’umunani;
18 Nuko, hisunzwe ukuboko kwiza+ kw’Imana yacu kwari kuri twebwe, batuzanira umugabo yiyubara+ wo muri bene Mahili+ umwuzukuru wa Lewi+ mwene Isirayeli, ari we Sherebiya+ n’abahungu biwe na bene wabo, bagera kuri cumi n’umunani;