Esiteri 9:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze Morudekayi arungikira inzandiko Abayuda bose muri za ntara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+, akarere Ahasuwerusi+ atwara, mu majambo y’amahoro kandi y’ukuri+,
30 Maze Morudekayi arungikira inzandiko Abayuda bose muri za ntara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+, akarere Ahasuwerusi+ atwara, mu majambo y’amahoro kandi y’ukuri+,