Zaburi 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimuhibongoreze Yehova, umwe aba i Siyoni+;Nimuyage mu bisata vy’abantu ibikorwa vyiwe+. Zaburi 76:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ubwikingo bwayo buri i Salemu+,Aho iba na ho hakaba i Siyoni+. Zaburi 135:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova ahezagirwe kuva i Siyoni+,We yibera i Yeruzalemu+.Shemeze Ya+!