Yeremiya 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ico gihe bazokwita Yeruzalemu intebe y’ubwami ya Yehova+; kandi i Yeruzalemu ni ho amahanga yose azokoranirizwa+ kugira ngo ashemeze izina rya Yehova ng’aho+, kandi ntibazokwongera gukurikira akagagazo k’umutima wabo mubi+.”
17 Ico gihe bazokwita Yeruzalemu intebe y’ubwami ya Yehova+; kandi i Yeruzalemu ni ho amahanga yose azokoranirizwa+ kugira ngo ashemeze izina rya Yehova ng’aho+, kandi ntibazokwongera gukurikira akagagazo k’umutima wabo mubi+.”