ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Maze bahimbaza umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+ mu kiringo c’imisi indwi banezerewe; kuko Yehova yari yatumye banezerwa, kandi yari yarahindukirije+ kuri bo umutima w’umwami wa Ashuri kugira akomeze amaboko yabo mu gikorwa c’inzu y’Imana y’ukuri, Imana ya Isirayeli.

  • Imigani 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika