Ezira 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 bene Zatu+ bari amajana icenda na mirongo ine na batanu; Ezira 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 muri bene Zatu+ hari Eliyowenayi na Eliyashibu na Mataniya na Yeremoti na Zabadi na Aziza;