Ezira 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 na Hashabiya ari kumwe na Yeshaya wo muri bene Merari+, bene wabo, hamwe n’abahungu babo, bagera kuri mirongo ibiri. Nehemiya 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 ku bwa Hilikiya yari Hashabiya; ku bwa Yedaya+ yari Netaneli.
19 na Hashabiya ari kumwe na Yeshaya wo muri bene Merari+, bene wabo, hamwe n’abahungu babo, bagera kuri mirongo ibiri.