28 Kuko igikorwa cabo cari ico gufasha bene Aroni+ ku bijanye n’igikorwa co ku nzu ya Yehova, ku vyerekeye ibigo+, ivyumba vy’uburiro+, ugutyorora ikintu ceranda cose+, be n’umurimo w’igikorwa co ku nzu y’Imana y’ukuri,
12 egome, umugero w’ubwubatsi w’ikintu cose yari yarahishuriwe biciye ku guhumekerwa+, ku bijanye n’ibigo+ vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’ivyumba vy’uburiro+ vyose vyari irya n’ino, ku bijanye n’amatunga y’inzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’amatunga y’ibintu vyagizwe vyeranda+;