17 Maze ku bw’ukwinjira iyo nzu y’Imana, bashikana amashūri ijana, impfizi z’intama amajana abiri, imyagazi y’intama amajana ane, hanyuma bwa shikanwa ry’igicumuro rya Isirayeli yose bashikana amasuguru y’impene cumi n’abiri, bakurikije igitigiri c’imiryango ya Isirayeli+.