Gusubira mu vyagezwe 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Kandi aya majambo yose niyagushikako, umuhezagiro+ n’umuvumo+, ivyo nashize imbere yawe, maze ukavyibuka mu mutima wawe+ uri mu mahanga yose Yehova Imana yawe yagushwiragirijemwo+,
30 “Kandi aya majambo yose niyagushikako, umuhezagiro+ n’umuvumo+, ivyo nashize imbere yawe, maze ukavyibuka mu mutima wawe+ uri mu mahanga yose Yehova Imana yawe yagushwiragirijemwo+,