Zaburi 130:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iyaba amakosa ari yo ugumizako ijisho+, ewe Ya,Ewe Yehova, ni nde yohagaze+? Zaburi 143:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ntujane mu rubanza umusavyi wawe ngo muburane+;Kuko ata muzima n’umwe ashobora kuba umugororotsi imbere yawe+.
2 Kandi ntujane mu rubanza umusavyi wawe ngo muburane+;Kuko ata muzima n’umwe ashobora kuba umugororotsi imbere yawe+.