-
2 Ngoma 34:31Bibiliya y’isi nshasha
-
-
31 Umwami aguma ahagaze mu kibanza ciwe+ maze agira isezerano+ imbere ya Yehova yuko azokurikira Yehova be n’uko azogumya n’umutima wiwe wose+ be n’ubuzima bwiwe bwose+ amabwirizwa yiwe+ n’ibishingantahe vyiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+, kugira ngo ashitse+ amajambo y’isezerano yari yanditswe muri ico gitabu+.
-